Matayo 16:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Mbega n’ubu ntimutahura ico bishaka kuvuga, canke ntimwibuka ya mikate itanu kuri vya bihumbi bitanu, be n’ibisimbo mwegeranije uko vyangana+? Mariko 3:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Amaze kweraguza abaraba ashavuye, atuntujwe cane n’ugukomantara kw’imitima yabo+, abwira nya mugabo ati: “Ramvura ukuboko kwawe.” Na we arakuramvura, ukuboko kwiwe guca kurakira+. Mariko 8:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Arabimenya, ababwira ati: “Kubera iki muharira ku vy’uko ata mikate mufise+? Mbega n’ubu ntimutahura ngo mutegere insobanuro? Mbega imitima yanyu birayigora gutegera+?
9 Mbega n’ubu ntimutahura ico bishaka kuvuga, canke ntimwibuka ya mikate itanu kuri vya bihumbi bitanu, be n’ibisimbo mwegeranije uko vyangana+?
5 Amaze kweraguza abaraba ashavuye, atuntujwe cane n’ugukomantara kw’imitima yabo+, abwira nya mugabo ati: “Ramvura ukuboko kwawe.” Na we arakuramvura, ukuboko kwiwe guca kurakira+.
17 Arabimenya, ababwira ati: “Kubera iki muharira ku vy’uko ata mikate mufise+? Mbega n’ubu ntimutahura ngo mutegere insobanuro? Mbega imitima yanyu birayigora gutegera+?