Matayo 14:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Abagabo baho bamumenye, barungika ubutumwa muri iyo ntara yose ihakikuje, maze abantu bamuzanira abari barwaye bose+.
35 Abagabo baho bamumenye, barungika ubutumwa muri iyo ntara yose ihakikuje, maze abantu bamuzanira abari barwaye bose+.