Matayo 9:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Maze umugore amaze imyaka cumi n’ibiri ava amaraso+, azanana inyuma yiwe, akora ku buyonga bw’impuzu yiwe yo hejuru+; Mariko 5:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Aho yumviye ivyerekeye Yezu, azanana inyuma mw’isinzi hanyuma akora+ ku mpuzu yiwe yo hejuru; Luka 8:44 Bibiliya y’isi nshasha 44 aregera aturutse inyuma, akora ku buyonga+ bw’impuzu yiwe yo hejuru+, maze ako kanya nyene kwa kuvirirana kwiwe guca kurahagarara+. Ivyakozwe 19:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 ku buryo n’impuzu n’amatabuliya vyatwarwa bivuye ku mubiri wiwe bikajanwa ku barwayi+, kandi indwara zarabavamwo, n’impwemu mbi zigasohoka+.
20 Maze umugore amaze imyaka cumi n’ibiri ava amaraso+, azanana inyuma yiwe, akora ku buyonga bw’impuzu yiwe yo hejuru+;
44 aregera aturutse inyuma, akora ku buyonga+ bw’impuzu yiwe yo hejuru+, maze ako kanya nyene kwa kuvirirana kwiwe guca kurahagarara+.
12 ku buryo n’impuzu n’amatabuliya vyatwarwa bivuye ku mubiri wiwe bikajanwa ku barwayi+, kandi indwara zarabavamwo, n’impwemu mbi zigasohoka+.