Guharura 15:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 “Vugana na bene Isirayeli, ubabwire yuko bategerezwa kwihingurira imibari y’ubuyonga ku mpuzu* zabo mu mayaruka yabo yose, kandi baze bashire akagozi k’ubururu hejuru y’umubari w’ubuyonga w’impuzu+.
38 “Vugana na bene Isirayeli, ubabwire yuko bategerezwa kwihingurira imibari y’ubuyonga ku mpuzu* zabo mu mayaruka yabo yose, kandi baze bashire akagozi k’ubururu hejuru y’umubari w’ubuyonga w’impuzu+.