Matayo 15:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Abishura ati: “Kubera iki namwe muhonyanga ibwirizwa ry’Imana kubera umugenzo wanyu+? Abagalatiya 1:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 kandi naguma ntera imbere mw’idini ry’Abayuda kurusha benshi mu runganwe rwanje no mu bwoko bwanje+, kuko narusha abandi kure n’iyo kugirira umwete+ imigenzo+ ya ba dawe. Tito 1:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 batumviriza ibitito+ vy’Abayuda n’amabwirizwa y’abantu+ batera ibitugu ukuri+.
14 kandi naguma ntera imbere mw’idini ry’Abayuda kurusha benshi mu runganwe rwanje no mu bwoko bwanje+, kuko narusha abandi kure n’iyo kugirira umwete+ imigenzo+ ya ba dawe.