Matayo 15:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Petero amubwira ati: “Dusigurire ico kigereranyo+.” Luka 8:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Mugabo abigishwa biwe batangura kumubaza ico ico kigereranyo coba gisobanura+.