Luka 4:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Mugabo Yezu arayikankamira ati: “Cereza, kandi muvemwo.” Nuko, iyo dayimoni imaze gutura hasi nya mugabo hagati yabo, imuvamwo ata co imugize+.
35 Mugabo Yezu arayikankamira ati: “Cereza, kandi muvemwo.” Nuko, iyo dayimoni imaze gutura hasi nya mugabo hagati yabo, imuvamwo ata co imugize+.