Luka 11:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 Yamara rero, bwa mfashanyo y’umworo*+ nimutange ibiri imbere, kandi n’ibindi bintu vyose bizoba bihumanuwe ku biberekeye. Ivyakozwe 10:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nya jwi ryongera kuvugana na we ubugira kabiri riti: “Wewe reka gufata ivyo Imana yahumanuye ngo uvyite ibihumanye+.”
41 Yamara rero, bwa mfashanyo y’umworo*+ nimutange ibiri imbere, kandi n’ibindi bintu vyose bizoba bihumanuwe ku biberekeye.
15 Nya jwi ryongera kuvugana na we ubugira kabiri riti: “Wewe reka gufata ivyo Imana yahumanuye ngo uvyite ibihumanye+.”