Mariko 9:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Baramumuzanira. Mugabo ya mpwemu imubonye ica irahotagura nya mwana, hanyuma amaze kugwa hasi aguma akumbagara, abimba ifuro+. Mariko 9:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Hanyuma imaze gusemerera no kwihotagura kenshi irasohoka+; aca acika nk’uwapfuye, ku buryo abenshi muri bo bavuga bati: “Yapfuye!”
20 Baramumuzanira. Mugabo ya mpwemu imubonye ica irahotagura nya mwana, hanyuma amaze kugwa hasi aguma akumbagara, abimba ifuro+.
26 Hanyuma imaze gusemerera no kwihotagura kenshi irasohoka+; aca acika nk’uwapfuye, ku buryo abenshi muri bo bavuga bati: “Yapfuye!”