ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 7:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 “Ibintu vyeranda ntimukabihe imbwa+, n’imaragarita zanyu ntimukaziterere imbere y’ingurube, kugira ntizihave zizihonyangira+ munsi y’ibinono vyazo hanyuma zigahindukira zikabakakagura.

  • Matayo 10:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Abo cumi na babiri Yezu arabatuma, abaha aya mategeko+, ati: “Ntimuje mu nzira y’amahanga, kandi ntimwinjire mu gisagara c’Abasamariya+;

  • Matayo 15:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Yishura ati: “Si vyiza gufata umukate w’abana ukawuterera utubwa.”

  • Abaroma 9:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 abo, uko bari ukwo, bakaba ari Abisirayeli+, bene ukugirwa abana+ na bene ubuninahazwa+ n’amasezerano+ na bene guhabwa Itegeko+ n’igikorwa ceranda+ be n’imihango+;

  • Abanyefeso 2:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 mwibuke yuko ico gihe nyene mutari mufise Kristu+, mukaba mwari mwarigijwe kure+ y’ihanga rya Isirayeli mukaba na ba kavantara ku masezerano y’umuhango+, nta n’icizigiro mwari mufise+, kandi nta Mana mwagira mw’isi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika