Matayo 15:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Yezu ava ng’aho aragenda, ashika hafi y’ikiyaga c’i Galilaya+, hanyuma, amaze kuduga ku musozi+, yicara ng’aho. Mariko 5:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Nuko aragenda, atangura gutangaza i Dekapoli+ ibintu vyose Yezu yamukoreye, abantu bose baratangara+.
29 Yezu ava ng’aho aragenda, ashika hafi y’ikiyaga c’i Galilaya+, hanyuma, amaze kuduga ku musozi+, yicara ng’aho.
20 Nuko aragenda, atangura gutangaza i Dekapoli+ ibintu vyose Yezu yamukoreye, abantu bose baratangara+.