Luka 4:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Ivyo bibaye, bose barajongoroka, batangura kuganira hagati yabo, bavuga bati: “Iyo mvugo ni bwoko ki, ko akoresha ububasha n’ubushobozi agategeka impwemu zihumanye, zigasohoka+?”
36 Ivyo bibaye, bose barajongoroka, batangura kuganira hagati yabo, bavuga bati: “Iyo mvugo ni bwoko ki, ko akoresha ububasha n’ubushobozi agategeka impwemu zihumanye, zigasohoka+?”