Mariko 8:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Nuko afata nya mpumyi ukuboko, ayijana inyuma y’ikigwati, hanyuma amaze gucira amate+ ku maso yayo, ayirambikako ibiganza, ayibaza ati: “Hari ico ubona?” Yohani 9:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ahejeje kuvuga ivyo, acira hasi, akora utubumba n’amate, maze utwo tubumba twiwe adushira ku maso ya nya muntu+,
23 Nuko afata nya mpumyi ukuboko, ayijana inyuma y’ikigwati, hanyuma amaze gucira amate+ ku maso yayo, ayirambikako ibiganza, ayibaza ati: “Hari ico ubona?”
6 Ahejeje kuvuga ivyo, acira hasi, akora utubumba n’amate, maze utwo tubumba twiwe adushira ku maso ya nya muntu+,