Mariko 6:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 Araheza atora ya mikate itanu na za fi zibiri, arangamiza mw’ijuru arabihezagira+, hanyuma amanyagura+ ya mikate atangura kuyiha abigishwa, kugira ngo bano bayishire imbere y’abantu; hanyuma agabura za fi zibiri ku bwa bose. Yohani 17:1 Bibiliya y’isi nshasha 17 Yezu avuga ivyo bintu, hanyuma araramurira amaso mw’ijuru+, avuga ati: “Data, isaha irageze; ninahaza umwana wawe, kugira ngo umwana wawe akuninahaze+,
41 Araheza atora ya mikate itanu na za fi zibiri, arangamiza mw’ijuru arabihezagira+, hanyuma amanyagura+ ya mikate atangura kuyiha abigishwa, kugira ngo bano bayishire imbere y’abantu; hanyuma agabura za fi zibiri ku bwa bose.
17 Yezu avuga ivyo bintu, hanyuma araramurira amaso mw’ijuru+, avuga ati: “Data, isaha irageze; ninahaza umwana wawe, kugira ngo umwana wawe akuninahaze+,