Yohani 11:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Yezu rero, aho amuboneye ariko ararira n’Abayuda bazananye na we bariko bararira, araniha mu mutima, abura amahoro+; Yohani 11:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Yezu amaze kwongera kuniha muri we, aza ku mva+. Mu bisanzwe ryari isenga, rikaba ryari ryegetseko ibuye+.
33 Yezu rero, aho amuboneye ariko ararira n’Abayuda bazananye na we bariko bararira, araniha mu mutima, abura amahoro+;
38 Yezu amaze kwongera kuniha muri we, aza ku mva+. Mu bisanzwe ryari isenga, rikaba ryari ryegetseko ibuye+.