Matayo 8:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nuko amukora ku kuboko+, ya nyonko ica iramuvako, hanyuma arahaguruka atangura kumukorera+. Luka 4:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 Nuko ahagarara hejuru yiwe, akankamira ya nyonko+, ica iramuvako. Ako kanya nyene aca arahaguruka, atangura kubakorera+.
39 Nuko ahagarara hejuru yiwe, akankamira ya nyonko+, ica iramuvako. Ako kanya nyene aca arahaguruka, atangura kubakorera+.