Matayo 17:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ariko ndababwiye yuko Eliya yamaze kuza ntibamumenya, mugabo bamukorera ivyo bashaka. Muri ubwo buryo nyene Umwana w’umuntu abwirizwa kubabarizwa mu maboko yabo+.”
12 Ariko ndababwiye yuko Eliya yamaze kuza ntibamumenya, mugabo bamukorera ivyo bashaka. Muri ubwo buryo nyene Umwana w’umuntu abwirizwa kubabarizwa mu maboko yabo+.”