Mariko 1:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Nya mpwemu ihumanye imaze kumuhotagura no kwanaga n’ijwi ryayo ryose, iramuvamwo+. Luka 9:42 Bibiliya y’isi nshasha 42 Mugabo n’igihe nyene yariko aregera, nya dayimoni imukubita hasi iramuhotagura bimwe bikaze. Ariko Yezu akankamira nya mpwemu ihumanye hanyuma akiza wa muhungu, maze amushikiriza se wiwe+.
42 Mugabo n’igihe nyene yariko aregera, nya dayimoni imukubita hasi iramuhotagura bimwe bikaze. Ariko Yezu akankamira nya mpwemu ihumanye hanyuma akiza wa muhungu, maze amushikiriza se wiwe+.