ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Ngoma 20:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Nuko bahaguruka kare mu gitondo maze barasohoka baja mu gahinga+ ka Tekowa+. Bariko barasohoka, Yehoshafati arahaguruka maze avuga ati: “Nimunyumve, ewe Yuda namwe ababa i Yeruzalemu+! Nimwizere+ Yehova Imana yanyu kugira ngo mumare ikiringo kirekire. Nimwizere abahanuzi biwe+ mubone kuroranirwa.”

  • Matayo 17:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Arababwira ati: “Kubera ukwizera kwanyu guke. Kuko ndababwije ukuri: Mubaye mufise ukwizera kungana n’agatete ka sinapi, muzobwira uyu musozi, muti ‘Imuka uve ng’aha uje hariya,’ kandi uzokwimuka, kandi nta kitazobashobokera+.”

  • Mariko 11:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Ni ukuri, ndababwiye yuko uwo wese azobwira uyu musozi ati: ‘Shinguka utererwe mu kiyaga,’ kandi akaba adakekeranya mu mutima wiwe, mugabo akizera yuko ivyo avuze biba, bizomugendera kuno+.

  • Luka 17:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Maze Umukama avuga ati: “Hamwe mwoba mufise ukwizera kungana n’agatete ka sinapi, mwobwira uyu mukere wirabura muti: ‘Randuka uterwe mu kiyaga!’ kandi wobagamburukira+.

  • Yohani 11:40
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 40 Yezu amubwira ati: “Sinakubwiye yuko hamwe wokwemera wobona ubuninahazwa bw’Imana+?”

  • Ivyakozwe 14:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Uyo mugabo yariko yumviriza ivyo Paulo avuga, kandi uno amushinze ijisho akabona ko afise ukwizera+ kugira ngo akizwe,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika