1 Abakorinto 12:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ku bw’ico rero, nshaka ko mumenya yuko ata muntu, iyo avugishwa n’impwemu y’Imana, avuga ngo: “Yezu ni ikivume+!”, kandi nta muntu ashobora kuvuga ngo: “Yezu ni Umukama!” atabihawe n’impwemu nyeranda+.
3 Ku bw’ico rero, nshaka ko mumenya yuko ata muntu, iyo avugishwa n’impwemu y’Imana, avuga ngo: “Yezu ni ikivume+!”, kandi nta muntu ashobora kuvuga ngo: “Yezu ni Umukama!” atabihawe n’impwemu nyeranda+.