Matayo 14:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Mu nyuma, amaze kurungika ayo masinzi, aduga ku musozi ari wenyene gusenga+. Naho bwari bwije, yari wenyene ng’aho. Mariko 14:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Nuko baza ahantu hitwa Getsemani, hanyuma abwira abigishwa biwe ati: “Icare ng’aha umwanya ndiko ndasenga+.” Abaheburayo 5:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Mu misi y’umubiri wiwe Kristu yashikaniye ugutakamba n’ugusaba+ Umwe yari ashoboye kumukiza urupfu, hariko n’amaborogo akomeye+ be n’amosozi, kandi yarumviwe ku bw’ugutinya Imana kwiwe+.
23 Mu nyuma, amaze kurungika ayo masinzi, aduga ku musozi ari wenyene gusenga+. Naho bwari bwije, yari wenyene ng’aho.
32 Nuko baza ahantu hitwa Getsemani, hanyuma abwira abigishwa biwe ati: “Icare ng’aha umwanya ndiko ndasenga+.”
7 Mu misi y’umubiri wiwe Kristu yashikaniye ugutakamba n’ugusaba+ Umwe yari ashoboye kumukiza urupfu, hariko n’amaborogo akomeye+ be n’amosozi, kandi yarumviwe ku bw’ugutinya Imana kwiwe+.