Matayo 19:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Amubwira ati: “Kubera iki umbaza iciza ico ari co? Umwiza ahari ni umwe+. Mugabo, nimba ushaka kwinjira mu buzima, niwubahirize amabwirizwa ubudahengeshanya+.” Luka 18:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Yezu amubwira ati: “Unyitira iki mwiza? Nta n’umwe ari mwiza, atari umwe, na we ni Imana+.
17 Amubwira ati: “Kubera iki umbaza iciza ico ari co? Umwiza ahari ni umwe+. Mugabo, nimba ushaka kwinjira mu buzima, niwubahirize amabwirizwa ubudahengeshanya+.”