Matayo 19:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Vyongeye ndabibabwiye: Biroroshe ku ngamiya guca mu zuru ry’urushinge kuruta kwinjira mu bwami bw’Imana ku mutunzi+.” Luka 18:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Nkako, biroroshe ku ngamiya guca mu zuru ry’urushinge rwo kubarira kuruta kwinjira mu bwami bw’Imana ku mutunzi+.”
24 Vyongeye ndabibabwiye: Biroroshe ku ngamiya guca mu zuru ry’urushinge kuruta kwinjira mu bwami bw’Imana ku mutunzi+.”
25 Nkako, biroroshe ku ngamiya guca mu zuru ry’urushinge rwo kubarira kuruta kwinjira mu bwami bw’Imana ku mutunzi+.”