Matayo 5:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 “Muzoba muhiriwe nibabatuka+, bakabahama+ kandi bakababeshera ibintu bibi vy’ubwoko bwose babampora. Yohani 16:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Na mwebwe rero, ubu koko muri n’intuntu; mugabo nzokwongera kubabona kandi imitima yanyu izonezerwa+, kandi akanyamuneza kanyu nta n’umwe azokabaka. Ivyakozwe 14:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 bakomeza imitima y’abigishwa+, babaremesha kuguma mu kwizera bavuga kandi bati: “Dutegerezwa kwinjira mu bwami bw’Imana duciye mu makuba menshi+.”
11 “Muzoba muhiriwe nibabatuka+, bakabahama+ kandi bakababeshera ibintu bibi vy’ubwoko bwose babampora.
22 Na mwebwe rero, ubu koko muri n’intuntu; mugabo nzokwongera kubabona kandi imitima yanyu izonezerwa+, kandi akanyamuneza kanyu nta n’umwe azokabaka.
22 bakomeza imitima y’abigishwa+, babaremesha kuguma mu kwizera bavuga kandi bati: “Dutegerezwa kwinjira mu bwami bw’Imana duciye mu makuba menshi+.”