Matayo 19:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 “Mugabo benshi ba mbere bazoba aba nyuma, aba nyuma na bo babe aba mbere+. Matayo 20:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ukwo ni ko aba nyuma bazoba aba mbere, aba mbere na bo bakaba aba nyuma+.” Luka 13:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Kandi ehe, hari aba nyuma bazoba aba mbere, hakaba n’aba mbere bazoba aba nyuma+.”