Matayo 20:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Maze nyina w’abahungu ba Zebedayo+ aramwegera ari kumwe n’abahungu biwe, yikubita imbere yiwe ngo amusabe ikintu+.
20 Maze nyina w’abahungu ba Zebedayo+ aramwegera ari kumwe n’abahungu biwe, yikubita imbere yiwe ngo amusabe ikintu+.