Matayo 8:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Maze haza umuntu arwaye imibembe+, atangura kwikubita imbere yiwe, avuga ati: “Mukama, ubishatse gusa, urashobora kumpumanura.” Luka 5:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ikindi gihe ari muri kimwe mu bisagara, haza umugabo yuzuye imibembe! Akubise ijisho Yezu yubarara hasi, aramwinginga ati: “Mukama, ubishatse gusa, urashobora kumpumanura+.”
2 Maze haza umuntu arwaye imibembe+, atangura kwikubita imbere yiwe, avuga ati: “Mukama, ubishatse gusa, urashobora kumpumanura.”
12 Ikindi gihe ari muri kimwe mu bisagara, haza umugabo yuzuye imibembe! Akubise ijisho Yezu yubarara hasi, aramwinginga ati: “Mukama, ubishatse gusa, urashobora kumpumanura+.”