Matayo 9:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Yezu arahindukira, aramubona, avuga ati: “Rema, mukobwa wanje; ukwizera kwawe kuragukijije+.” Kuva kuri iyo saha nya mugore arakira+. Luka 8:48 Bibiliya y’isi nshasha 48 Mugabo amubwira ati: “Mukobwa wanje, ukwizera kwawe kuragukijije+; niwigire amahoro+.”
22 Yezu arahindukira, aramubona, avuga ati: “Rema, mukobwa wanje; ukwizera kwawe kuragukijije+.” Kuva kuri iyo saha nya mugore arakira+.