ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 35:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Ico gihe amaso y’impumyi azohumuka+, kandi amatwi y’ibipfamatwi azozibuka+.

  • Yesaya 42:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 kugira ngo uhumure amaso ahumye+, usohore mu gasho imbohe+, usohore mu nzu y’ibohero abicaye mu mwiza+.

  • Mariko 8:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Maze yongera gushira ibiganza ku maso ya nya muntu, nya muntu aca arabona neza, arakira, asigara abona ibintu vyose ata kuvyitiranya.

  • Ivyakozwe 26:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 ngo uhumure amaso yabo+, ngo ubahindukize bave mu mwiza+ baje ku muco+, kandi ngo bave mu bubasha bwa Shetani+ baje ku Mana, kugira ngo baronke ukubabarirwa ibicumuro+ be n’intoranwa+ mu bejejwe+ n’ukunyizera.’

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika