Matayo 21:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 ababwira ati: “Nimuje muri kiriya kigwati mubona, muca muhasanga indogobwa iziritse iri kumwe n’umwana wayo; mubiziture, mubinzanire+. Luka 19:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 avuga ati: “Nimugende muri kiriya kigwati mubona, hanyuma mumaze kwinjira, murahasanga umwana w’indogobwa uziritse, ata muntu n’umwe arigera yicarako. Muwuziture, muwuzane+.
2 ababwira ati: “Nimuje muri kiriya kigwati mubona, muca muhasanga indogobwa iziritse iri kumwe n’umwana wayo; mubiziture, mubinzanire+.
30 avuga ati: “Nimugende muri kiriya kigwati mubona, hanyuma mumaze kwinjira, murahasanga umwana w’indogobwa uziritse, ata muntu n’umwe arigera yicarako. Muwuziture, muwuzane+.