Matayo 21:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Bazana ya ndogobwa n’umwana wayo, babishirako impuzu zabo zo hejuru, na we azicarako*+. Yohani 12:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Mugabo Yezu aronse indogobwa ikiri nto+, ayicarako, nk’uko vyanditswe ngo: