2 Abami 9:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Baca batora ningoga umwe wese impuzu yiwe+, bazishira munsi yiwe, ku ngazi zigaragara, maze batangura kuvuza inzamba+ bati: “Yehu abaye umwami+!”
13 Baca batora ningoga umwe wese impuzu yiwe+, bazishira munsi yiwe, ku ngazi zigaragara, maze batangura kuvuza inzamba+ bati: “Yehu abaye umwami+!”