Matayo 21:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Benshi muri iryo sinzi basasa mu nzira impuzu zabo zo hejuru+, abandi na bo baca amashami ku biti bayasasa mu nzira+. Luka 19:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Uko yigira imbere+, baguma basasa mu nzira impuzu zabo zo hejuru+.
8 Benshi muri iryo sinzi basasa mu nzira impuzu zabo zo hejuru+, abandi na bo baca amashami ku biti bayasasa mu nzira+.