Mariko 11:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Mugabo igihe bariko bararengana mu gatondo ka kare, babona ca giti c’umusukoni camaze kwuma guhera mu mizi+.
20 Mugabo igihe bariko bararengana mu gatondo ka kare, babona ca giti c’umusukoni camaze kwuma guhera mu mizi+.