Yesaya 60:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Imikuku yose y’i Kedari+, izokoranirizwa iwawe. Impfizi z’intama z’i Nebayoti+, zizogukorera+. Zizoduga ku gicaniro canje kandi zemerwe+, kandi nzoshariza inzu yanje y’ubwiza+. Zakariya 2:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 “Egome, amahanga menshi azokwifatanya na Yehova kuri uwo musi+, abe koko abantu banje+; kandi nzoba hagati muri wewe.” Nawe uzomenya ata kabuza yuko Yehova nyen’ingabo ari we yantumye kuri wewe+.
7 Imikuku yose y’i Kedari+, izokoranirizwa iwawe. Impfizi z’intama z’i Nebayoti+, zizogukorera+. Zizoduga ku gicaniro canje kandi zemerwe+, kandi nzoshariza inzu yanje y’ubwiza+.
11 “Egome, amahanga menshi azokwifatanya na Yehova kuri uwo musi+, abe koko abantu banje+; kandi nzoba hagati muri wewe.” Nawe uzomenya ata kabuza yuko Yehova nyen’ingabo ari we yantumye kuri wewe+.