Yeremiya 7:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Mbega iyi nzu yitirirwa izina ryanje+ yacitse isenga ry’abambuzi mu maso yanyu+? Erega nanje narabibonye,” ni ko Yehova avuze+. Matayo 21:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Maze ababwira ati: “Vyanditswe ngo: ‘Inzu yanje izokwitwa inzu yo gusengeramwo+,’ mugabo mwebwe muriko muyigira isenga ry’abambuzi+.” Luka 19:46 Bibiliya y’isi nshasha 46 ababwira ati: “Vyanditswe ngo: ‘Kandi inzu yanje izoba inzu yo gusengeramwo+,’ mugabo mwebwe mwayigize isenga ry’abambuzi+.” Yohani 2:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Abwira abariko bagurisha inuma ati: “Kura ivyo bintu ng’aha! Reka kugira iyi nzu+ ya Dawe inzu y’urudandaza+!”
11 Mbega iyi nzu yitirirwa izina ryanje+ yacitse isenga ry’abambuzi mu maso yanyu+? Erega nanje narabibonye,” ni ko Yehova avuze+.
13 Maze ababwira ati: “Vyanditswe ngo: ‘Inzu yanje izokwitwa inzu yo gusengeramwo+,’ mugabo mwebwe muriko muyigira isenga ry’abambuzi+.”
46 ababwira ati: “Vyanditswe ngo: ‘Kandi inzu yanje izoba inzu yo gusengeramwo+,’ mugabo mwebwe mwayigize isenga ry’abambuzi+.”
16 Abwira abariko bagurisha inuma ati: “Kura ivyo bintu ng’aha! Reka kugira iyi nzu+ ya Dawe inzu y’urudandaza+!”