Matayo 21:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Hanyuma abona igiti c’umusukoni hampande y’inzira, aja iyo kiri, mugabo ntiyagira ico agisangako+ atari amababi yonyene, akibwira ati: “Ntihabe hakigira icamwa kiva kuri wewe, ibihe vyose+.” Nya giti c’umusukoni gica kiruma ako kanya nyene.
19 Hanyuma abona igiti c’umusukoni hampande y’inzira, aja iyo kiri, mugabo ntiyagira ico agisangako+ atari amababi yonyene, akibwira ati: “Ntihabe hakigira icamwa kiva kuri wewe, ibihe vyose+.” Nya giti c’umusukoni gica kiruma ako kanya nyene.