Matayo 21:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Amaze kwinjira mu rusengero, abakuru b’abaherezi be n’abagabo b’inararibonye bo muri ico gisata baza kuri we igihe yariko arigisha, bavuga+ bati: “Ni ububasha ki butuma ukora ivyo bintu? Kandi ni nde yabuguhaye+?” Luka 20:1 Bibiliya y’isi nshasha 20 Kuri umwe muri nya misi, igihe yariko arigisha abantu mu rusengero yongera amenyesha inkuru nziza, abakuru b’abaherezi n’abanditsi hamwe n’abagabo b’inararibonye baregera+,
23 Amaze kwinjira mu rusengero, abakuru b’abaherezi be n’abagabo b’inararibonye bo muri ico gisata baza kuri we igihe yariko arigisha, bavuga+ bati: “Ni ububasha ki butuma ukora ivyo bintu? Kandi ni nde yabuguhaye+?”
20 Kuri umwe muri nya misi, igihe yariko arigisha abantu mu rusengero yongera amenyesha inkuru nziza, abakuru b’abaherezi n’abanditsi hamwe n’abagabo b’inararibonye baregera+,