Matayo 21:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Yezu abishura ati: “Nanje ndababaza ikintu kimwe. Nimwakimbwira, nanje ndababwira ububasha butuma nkora ivyo bintu ubwo ari bwo+: Luka 20:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Abishura ati: “Nanje ndababaza ikibazo, namwe muheze mumbwire+:
24 Yezu abishura ati: “Nanje ndababaza ikintu kimwe. Nimwakimbwira, nanje ndababwira ububasha butuma nkora ivyo bintu ubwo ari bwo+: