Matayo 21:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Ibatisimu ya Yohani, yava ku rihe sôko? Yava mw’ijuru canke ku bantu+?” Mugabo batangura kwiyumvira hagati yabo, bati: “Nitwavuga ngo ‘Mw’ijuru,’ aca atubwira ati: ‘Kubera iki none mutamwemeye+?’ Luka 20:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ibatisimu ya Yohani yava mw’ijuru canke ku bantu+?”
25 Ibatisimu ya Yohani, yava ku rihe sôko? Yava mw’ijuru canke ku bantu+?” Mugabo batangura kwiyumvira hagati yabo, bati: “Nitwavuga ngo ‘Mw’ijuru,’ aca atubwira ati: ‘Kubera iki none mutamwemeye+?’