Matayo 26:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ayo yari gushobora kugurishwa amahera menshi agahabwa aboro+!” Yohani 12:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 “Kubera iki aya mavuta amota neza+ atagurishijwe idenariyo amajana atatu zigahabwa aboro+?”