Gusubira mu vyagezwe 27:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 “‘Aravumwe umuntu yemera igiturire kugira akubite umuntu apfe, kandi ari amaraso y’intungane+.’ (Abantu bose baze bavuge bati: ‘Amen!’) Zakariya 11:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Maze ndababwira nti: “Nimba ari vyiza mu maso yanyu+, nimumpe impembo yanje; atari ukwo na ho, mureke.” Bampa rero impembo yanje: ibiceri mirongo itatu vy’ifeza+. Matayo 26:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 avuga ati: “Mumpa iki ngo ndamugabure kuri mwebwe+?” Bamugenera ibiceri mirongo itatu vy’ifeza+. Luka 22:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Emwe, baranezerwa, baca bemera kumuha amafeza+. 1 Timoteyo 6:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kuko urukundo+ rw’amahera ari umuzi+ w’ibibi vy’ubwoko bwose+, kandi mu kurondera gushikira urwo rukundo bamwe barahubijwe bava ku kwizera, bitobekeranisha hose imibabaro myinshi+.
25 “‘Aravumwe umuntu yemera igiturire kugira akubite umuntu apfe, kandi ari amaraso y’intungane+.’ (Abantu bose baze bavuge bati: ‘Amen!’)
12 Maze ndababwira nti: “Nimba ari vyiza mu maso yanyu+, nimumpe impembo yanje; atari ukwo na ho, mureke.” Bampa rero impembo yanje: ibiceri mirongo itatu vy’ifeza+.
10 Kuko urukundo+ rw’amahera ari umuzi+ w’ibibi vy’ubwoko bwose+, kandi mu kurondera gushikira urwo rukundo bamwe barahubijwe bava ku kwizera, bitobekeranisha hose imibabaro myinshi+.