Yohani 1:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 umwe ariko araza inyuma yanje, mugabo umugozi w’inkweto* yiwe ntibinkwiriye kuwupfundurura+.” Ivyakozwe 13:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Mugabo igihe Yohani yariko ararangiza urugendo rwiwe, yaravuga ati: ‘Mugira ngo ndi nde? Sindi we. Mugabo, ehe hari uwuriko araza inyuma yanje uwo bitambereye gupfundurura inkweto z’ibirenge vyiwe+.’
25 Mugabo igihe Yohani yariko ararangiza urugendo rwiwe, yaravuga ati: ‘Mugira ngo ndi nde? Sindi we. Mugabo, ehe hari uwuriko araza inyuma yanje uwo bitambereye gupfundurura inkweto z’ibirenge vyiwe+.’