Matayo 26:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Bugorovye+, yari ku meza ari kumwe na ba bigishwa cumi na babiri+. Luka 22:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Amaherezo isaha igeze, aja ku meza, n’intumwa ziri kumwe na we+.