Yobu 3:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 “Umusi navukiyeko uragapfa+,Na rya joro umuntu yavuga ngo: ‘Umuntu w’umugabo yasamwe inda!’ Matayo 26:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Ego ni ko, Umwana w’umuntu agira agende nk’uko vyanditswe+ ku bimwerekeye, mugabo aragowe+ uwo muntu bicako ngo Umwana w’umuntu agurwe+! Uwo muntu vyorushirije kumubera vyiza iyo ataba yaravutse.”
24 Ego ni ko, Umwana w’umuntu agira agende nk’uko vyanditswe+ ku bimwerekeye, mugabo aragowe+ uwo muntu bicako ngo Umwana w’umuntu agurwe+! Uwo muntu vyorushirije kumubera vyiza iyo ataba yaravutse.”