Matayo 26:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Maze Yezu azanana na bo ahantu+ hitwa Getsemani, abwira abigishwa ati: “Icare ng’aha umwanya ngiye harya hirya gusenga+.” Luka 22:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 Asohotse, aja ku musozi w’Imyelayo nk’uko yamenyereye; n’abigishwa na bo baramukurikira+. Yohani 18:1 Bibiliya y’isi nshasha 18 Yezu amaze kuvuga ivyo bintu, asohokana n’abigishwa biwe bajabuka uruzi rw’isumo rwo mu rushana rwitwa Kidironi+, baja ahari umurima, hanyuma we n’abigishwa biwe bawinjiramwo+.
36 Maze Yezu azanana na bo ahantu+ hitwa Getsemani, abwira abigishwa ati: “Icare ng’aha umwanya ngiye harya hirya gusenga+.”
18 Yezu amaze kuvuga ivyo bintu, asohokana n’abigishwa biwe bajabuka uruzi rw’isumo rwo mu rushana rwitwa Kidironi+, baja ahari umurima, hanyuma we n’abigishwa biwe bawinjiramwo+.