Matayo 26:40 Bibiliya y’isi nshasha 40 Hanyuma aza kuri ba bigishwa asanga barasinziriye, ni kwo kubwira Petero ati: “Mbega ntimwashoboye kubana maso nanje n’isaha n’imwe+? Luka 22:45 Bibiliya y’isi nshasha 45 Hanyuma arahaguruka amaze gusenga, aja ku bigishwa, asanga bariko barahunikira kubera intuntu+;
40 Hanyuma aza kuri ba bigishwa asanga barasinziriye, ni kwo kubwira Petero ati: “Mbega ntimwashoboye kubana maso nanje n’isaha n’imwe+?