Matayo 26:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 Gume muri maso+ kandi mugume musenga+, kugira ntimuje mu kigeragezo+. Nkako umutima urashashaye, mugabo umubiri ni goyigoyi+.” Abaroma 7:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 mugabo mbona mu bihimba vyanje+ irindi tegeko+ rirwanya itegeko ry’umuzirikanyi wanje+ rikanjana ndi imbohe kw’itegeko ry’igicumuro+ riri mu bihimba vyanje. Abagalatiya 5:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Kuko umubiri urwanya impwemu+ mu vyo wipfuza, impwemu na yo ikarwanya umubiri; kuko ivyo bidacana uwaka, ku buryo ibintu nyene mwashaka gukora atari vyo mukora+.
41 Gume muri maso+ kandi mugume musenga+, kugira ntimuje mu kigeragezo+. Nkako umutima urashashaye, mugabo umubiri ni goyigoyi+.”
23 mugabo mbona mu bihimba vyanje+ irindi tegeko+ rirwanya itegeko ry’umuzirikanyi wanje+ rikanjana ndi imbohe kw’itegeko ry’igicumuro+ riri mu bihimba vyanje.
17 Kuko umubiri urwanya impwemu+ mu vyo wipfuza, impwemu na yo ikarwanya umubiri; kuko ivyo bidacana uwaka, ku buryo ibintu nyene mwashaka gukora atari vyo mukora+.