Matayo 26:46 Bibiliya y’isi nshasha 46 Haguruke, tugende. Ehe nyene kungura aregereje+.” Yohani 18:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Yuda, umwe nyene kumugura, na we nyene aho hantu yari ahazi, kuko Yezu yari yarahahuriye kenshi n’abigishwa biwe+.
2 Yuda, umwe nyene kumugura, na we nyene aho hantu yari ahazi, kuko Yezu yari yarahahuriye kenshi n’abigishwa biwe+.