Matayo 26:48 Bibiliya y’isi nshasha 48 Nyene kumugura na we yari yabahaye ikimenyetso, ati: “Uwo nja gusoma, azoba ari we; muce mumufata+.”
48 Nyene kumugura na we yari yabahaye ikimenyetso, ati: “Uwo nja gusoma, azoba ari we; muce mumufata+.”